Featured In

Credits

PERFORMING ARTISTS
Léonce Ngabo
Léonce Ngabo
Performer
COMPOSITION & LYRICS
Léonce Ngabo
Léonce Ngabo
Songwriter

Lyrics

Yewe mahibo, n' amahibo Mahibo hibo, n' amahibo Yewe mahibo, n' amahibo Ndangir' umwananje, n' amahibo Ndangir' umwananje, n' amahibo Yewe mahibo, n' amahibo Mahibo hibo, n' amahibo Nyina wiw'azoza, n' amahibo Yewe mahibo, n' amahibo Na se wiw'azoza, n'amahibo Ngo nyina wiw' azoza, n'amahibo Na se wiw'azoza, n' amahibo Yewe mahibo, n'amahibo Ntumukubit'ikofe, n'amahibo Yewe mahibo, n' amahibo Ntumukubite hasi, n' amahibo Ntumukubite hasi, n'amahibo Has'inkono s'umubindi, n'amahibo N' amahibomahibo hibo, n'amahibo Ngo ndangir'umwananje, n' amahibo Ngo nyina wiw'azoza, n'amahibo Na se wiw'azoza, n'amahibo Ntumukubit'ikofe, n'amahibo Ntumukubite hasi, n'amahibo S'inkono s'umubindi, n'amahibo Mahibo hibo, n'amahibo Umve sha, ako nak'iwacu Shikuza shikuza Eheinyewe Matata, n' amahibo Wahawe n'imana, n'amahibo Ushemeza kiyago, n'amahibo Gahogo k'amahoro, n'amahibo Wahawe n'imana, n'amahibo Rushemeza kiyago, n'amahibo Gahogo k'amahoro, n'amahibo Nawe sha Aroni (sabwe!), n'amahibo Aroni ntiyitunga, n' amahibo Nyakugir'itunga, n'amahibo Ngo tunga utunganirwe, n'amahibo Aroni ntiyitunga, n'amahibo Nyakugir'itunga, n'amahibo Ngo tunga utunganirwe, n'amahibo Yewe Ngabo wanje, n'amahibo Yewe nda ya mama, n'amahibo Reka ndakwakire, n'amahibo Urakagir'imana, n'amahibo Sinkwats'amatongo, n'amahibo Hmm sinkwats'amatungo, n'amahibo Urakagir'itunga, n'amahibo Yewe ga bagenzi, n'amahibo Ngw'ejo n'ejo bundi, n'amahibo Kugir'abagenzi, n'amahibo Ngo burya niryo tunga, n'amahibo Uzosangir'ijambo, n'amahibo Usangir'urugendo, n'amahibo Usangir'amahoro, n'amahibo
Lyrics powered by www.musixmatch.com
instagramSharePathic_arrow_out